Nehemiya 6:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Sanibalati na Geshemu baca bantumako bati: «Reka duhane isango tuze duhurire mu bigwati vyo mu kiyaya ca Ono+.» Mugabo bashaka kungirira nabi. Nehemiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:2 Umunara w’Inderetsi,1/7/2007, rup. 30
2 Sanibalati na Geshemu baca bantumako bati: «Reka duhane isango tuze duhurire mu bigwati vyo mu kiyaya ca Ono+.» Mugabo bashaka kungirira nabi.