-
Nehemiya 6:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Nuko ndabatumako intumwa nti: «Ndiko nkora igikorwa gihambaye, sinshobora kumanuka ngo nze. Mvuye ku gikorwa nkaza kubaraba coca gihagarara.»
-