-
Nehemiya 6:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Waranagenye abahanuzi bagenda barakwamamaza bavuga ngo: “Hariho umwami mu Buyuda!” Ivyo bintu rero bizohava bimenyeshwa umwami. Aho ntiwoza tukabivugana?»
-