Nehemiya 6:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ariko ndamwishura nti: «Ivyo vyose uvuga nta na kimwe cabaye. Ni ivyo uriko urikurira mu mutwe*.»