Nehemiya 6:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ewe Mana yanje, uze wibuke Tobiya+ na Sanibalati n’ivyo bintu bakoze. Wibuke n’umuhanuzikazi Nowadiya be n’abandi bahanuzi bagumye barondera kuntera ubwoba.
14 Ewe Mana yanje, uze wibuke Tobiya+ na Sanibalati n’ivyo bintu bakoze. Wibuke n’umuhanuzikazi Nowadiya be n’abandi bahanuzi bagumye barondera kuntera ubwoba.