Nehemiya 6:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Nuko ku musi ugira 25 w’ukwezi kwa Eluli*, uruzitiro rurarangira. Rwubatswe mu misi 52.