Nehemiya 6:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Vyongeye, baguma bambwira ivyiza akora hanyuma bakaja kumubwira ivyo navuze. Tobiya yaca andungikira amakete yo kuntera ubwoba+.
19 Vyongeye, baguma bambwira ivyiza akora hanyuma bakaja kumubwira ivyo navuze. Tobiya yaca andungikira amakete yo kuntera ubwoba+.