Nehemiya 7:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Uruzitiro rukirangira kwubakwa+, nca nshirako imiryango+. Maze nshinga ibikorwa abarinzi b’amarembo+, abaririmvyi+ n’Abalewi+.
7 Uruzitiro rukirangira kwubakwa+, nca nshirako imiryango+. Maze nshinga ibikorwa abarinzi b’amarembo+, abaririmvyi+ n’Abalewi+.