Nehemiya 7:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Igisagara ca Yeruzalemu nca ndakizeza mwenewacu Hanani+ na Hananiya umukuru ajejwe ya nyubakwa ikomeye+. Hananiya yari umugabo w’umwizigirwa cane kandi atinya Imana y’ukuri+ kurusha abandi benshi.
2 Igisagara ca Yeruzalemu nca ndakizeza mwenewacu Hanani+ na Hananiya umukuru ajejwe ya nyubakwa ikomeye+. Hananiya yari umugabo w’umwizigirwa cane kandi atinya Imana y’ukuri+ kurusha abandi benshi.