Nehemiya 7:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ico gihe igisagara cari kinini kandi cagutse, mugabo carimwo abantu bakeyi+, kandi amazu yaho ntiyari bwasubire kwubakwa.
4 Ico gihe igisagara cari kinini kandi cagutse, mugabo carimwo abantu bakeyi+, kandi amazu yaho ntiyari bwasubire kwubakwa.