Nehemiya 7:61 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 61 Aba bakurikira baduze bava i Teli-Mela, i Teli-Harisha, i Kerubi, i Adoni n’i Imeri, mugabo ntibashoboye kwerekana neza umuryango bavamwo n’amamuko yabo, kugira bimenyekane ko bari Abisirayeli+:
61 Aba bakurikira baduze bava i Teli-Mela, i Teli-Harisha, i Kerubi, i Adoni n’i Imeri, mugabo ntibashoboye kwerekana neza umuryango bavamwo n’amamuko yabo, kugira bimenyekane ko bari Abisirayeli+: