Nehemiya 7:63 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 63 Mu baherezi hari aba: abahungu ba Habaya, aba Hakozi+ n’aba Baruzilayi. Uwo Baruzilayi yarongoye umwe mu bakobwa ba Baruzilayi+ Umunyagileyadi, aca yitirirwa izina ryabo.
63 Mu baherezi hari aba: abahungu ba Habaya, aba Hakozi+ n’aba Baruzilayi. Uwo Baruzilayi yarongoye umwe mu bakobwa ba Baruzilayi+ Umunyagileyadi, aca yitirirwa izina ryabo.