4 Umwimuzi Ezira yari ahagaze ku kintu gitaramutse bakoreye urwo rubanza gikozwe mu biti. Iburyo bwiwe hari hahagaze Matitiya, Shema, Anaya, Uriya, Hilikiya na Mayaseya. Ibubamfu bwiwe na ho hari Pedaya, Mishayeli, Malikiya+, Hashumu, Hashibadana, Zakariya na Meshulamu.