Nehemiya 8:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Aba Balewi ni bo bariko barasigurira abantu ayo mategeko+, abantu na bo bahagaze: Yeshuwa, Bani, Sherebiya+, Yamini, Akubu, Shabetayi, Hodiya, Mayaseya, Kelita, Azariya, Yozabadi+, Hanane na Pelaya.
7 Aba Balewi ni bo bariko barasigurira abantu ayo mategeko+, abantu na bo bahagaze: Yeshuwa, Bani, Sherebiya+, Yamini, Akubu, Shabetayi, Hodiya, Mayaseya, Kelita, Azariya, Yozabadi+, Hanane na Pelaya.