Nehemiya 8:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nuko abantu bose baja kurya no kunywa no kurungikira abandi ibifungurwa no kunezerwa rwose+, kuko bari batahuye amajambo basiguriwe+.
12 Nuko abantu bose baja kurya no kunywa no kurungikira abandi ibifungurwa no kunezerwa rwose+, kuko bari batahuye amajambo basiguriwe+.