Nehemiya 8:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Abantu bose bari baravuye mu bunyagano bubaka rero insago, maze bazibamwo. Abisirayeli bagira umunezero mwinshi cane+ kubera ko batari bwigere bahimbaza uwo musi mukuru gutyo kuva mu misi ya Yosuwa+ mwene Nuni.
17 Abantu bose bari baravuye mu bunyagano bubaka rero insago, maze bazibamwo. Abisirayeli bagira umunezero mwinshi cane+ kubera ko batari bwigere bahimbaza uwo musi mukuru gutyo kuva mu misi ya Yosuwa+ mwene Nuni.