Nehemiya 9:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Waramanutse uza ku musozi Sinayi+ uvugana na bo uri mw’ijuru+, uraheza ubaha ingingo zigororotse washinze, amategeko y’ukuri*, ivyagezwe vyiza n’amabwirizwa meza+. Nehemiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:13 Umunara w’Inderetsi,15/10/2013, rup. 24
13 Waramanutse uza ku musozi Sinayi+ uvugana na bo uri mw’ijuru+, uraheza ubaha ingingo zigororotse washinze, amategeko y’ukuri*, ivyagezwe vyiza n’amabwirizwa meza+.