Nehemiya 9:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Wamaze imyaka 40 ubaronsa ibifungurwa mu bugaragwa+. Nta na kimwe babuze. Impuzu zabo ntizaheze+, n’ibirenge vyabo ntivyavyimvye.
21 Wamaze imyaka 40 ubaronsa ibifungurwa mu bugaragwa+. Nta na kimwe babuze. Impuzu zabo ntizaheze+, n’ibirenge vyabo ntivyavyimvye.