Nehemiya 9:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Abana babo barinjiye rero muri ico gihugu baracigarurira+, maze ubafasha kunesha Abanyakanani+ baba muri co. Watumye batsinda abami babo n’abantu baho kugira ngo babagenze uko bashaka.
24 Abana babo barinjiye rero muri ico gihugu baracigarurira+, maze ubafasha kunesha Abanyakanani+ baba muri co. Watumye batsinda abami babo n’abantu baho kugira ngo babagenze uko bashaka.