Nehemiya 9:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Kubera ivyo vyose rero, tugize isezerano ntabanduka+ rishizwe mu nyandiko kandi ryemejwe n’ikidodo c’abatware bacu, Abalewi bacu n’abaherezi bacu+.» Nehemiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:38 Umunara w’Inderetsi,1/11/1998, rup. 16
38 Kubera ivyo vyose rero, tugize isezerano ntabanduka+ rishizwe mu nyandiko kandi ryemejwe n’ikidodo c’abatware bacu, Abalewi bacu n’abaherezi bacu+.»