Nehemiya 12:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Aba ni bo bari abaherezi mu gihe ca Yoyakimu, bakaba n’abakuru b’imigwi mikurumikuru igize umuryango bavamwo: mu bo kwa Seraya+ yari Meraya, mu bo kwa Yeremiya yari Hananiya,
12 Aba ni bo bari abaherezi mu gihe ca Yoyakimu, bakaba n’abakuru b’imigwi mikurumikuru igize umuryango bavamwo: mu bo kwa Seraya+ yari Meraya, mu bo kwa Yeremiya yari Hananiya,