Nehemiya 12:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Abo bakoze mu gihe ca Yoyakimu umuhungu wa Yeshuwa+, Yeshuwa wa Yozadaki, no mu gihe ca buramatari Nehemiya n’umuherezi Ezira+ akaba n’umwimuzi*.
26 Abo bakoze mu gihe ca Yoyakimu umuhungu wa Yeshuwa+, Yeshuwa wa Yozadaki, no mu gihe ca buramatari Nehemiya n’umuherezi Ezira+ akaba n’umwimuzi*.