Nehemiya 12:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Bari kumwe na bamwe mu bahungu b’abaherezi bafise inzumbete+, ari bo Zakariya umuhungu wa Yonatani, Yonatani wa Shemaya, Shemaya wa Mataniya, Mataniya wa Mikaya, Mikaya wa Zakuri, Zakuri wa Asafu+,
35 Bari kumwe na bamwe mu bahungu b’abaherezi bafise inzumbete+, ari bo Zakariya umuhungu wa Yonatani, Yonatani wa Shemaya, Shemaya wa Mataniya, Mataniya wa Mikaya, Mikaya wa Zakuri, Zakuri wa Asafu+,