Nehemiya 12:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 na benewabo Shemaya, Azareli, Milalayi, Gilalayi, Mayayi, Netaneli, Yuda na Hanani. Bari bafise ibicurarangisho vya Dawidi+ wa muntu w’Imana y’ukuri. Ezira+ wa mwimuzi* ni we yari imbere yabo.
36 na benewabo Shemaya, Azareli, Milalayi, Gilalayi, Mayayi, Netaneli, Yuda na Hanani. Bari bafise ibicurarangisho vya Dawidi+ wa muntu w’Imana y’ukuri. Ezira+ wa mwimuzi* ni we yari imbere yabo.