Nehemiya 12:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 kuko kera cane mu gihe ca Dawidi na Asafu hariho abakuru bayobora abaririmvyi, bakitwararika n’ibijanye n’indirimbo zo gushemeza Imana no kuyikengurukira+.
46 kuko kera cane mu gihe ca Dawidi na Asafu hariho abakuru bayobora abaririmvyi, bakitwararika n’ibijanye n’indirimbo zo gushemeza Imana no kuyikengurukira+.