Nehemiya 13:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Inyuma y’ivyo, ntegeka ko bahumanura ivyumba vy’ububiko*. Nca nsubizayo ibikoresho vy’inzu y’Imana y’ukuri+ hamwe n’amashikanwa y’intete n’imibavu+.
9 Inyuma y’ivyo, ntegeka ko bahumanura ivyumba vy’ububiko*. Nca nsubizayo ibikoresho vy’inzu y’Imana y’ukuri+ hamwe n’amashikanwa y’intete n’imibavu+.