Esiteri 1:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Umwami avugana rero n’abantu b’inkerebutsi bazi ingene imanza nk’izo zaciwe muri kahise*. (Ukwo ni ko ibibazo vy’umwami vyashikirizwa abahinga mu vy’amategeko no mu vy’imanza.
13 Umwami avugana rero n’abantu b’inkerebutsi bazi ingene imanza nk’izo zaciwe muri kahise*. (Ukwo ni ko ibibazo vy’umwami vyashikirizwa abahinga mu vy’amategeko no mu vy’imanza.