Esiteri 1:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Memukani aca avugira imbere y’umwami n’abatware ati: «Mwami Ahasuwerusi, si wewe gusa umwamikazi Vashiti yagiriye nabi+. Yagiriye nabi n’abatware bose n’abantu bose bo mu ntara utwara.
16 Memukani aca avugira imbere y’umwami n’abatware ati: «Mwami Ahasuwerusi, si wewe gusa umwamikazi Vashiti yagiriye nabi+. Yagiriye nabi n’abatware bose n’abantu bose bo mu ntara utwara.