Esiteri 1:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Nuko arungika amakete mu ntara zose atwara+, intara yose ayandikira mu nyandiko yayo*, umugwi wose w’abantu awandikira mu rurimi rwawo. Ayo makete yavuga ko umugabo wese ari we mutware* mu rugo rwiwe kandi ko akwiye kuvuga ururimi rw’iwabo*.
22 Nuko arungika amakete mu ntara zose atwara+, intara yose ayandikira mu nyandiko yayo*, umugwi wose w’abantu awandikira mu rurimi rwawo. Ayo makete yavuga ko umugabo wese ari we mutware* mu rugo rwiwe kandi ko akwiye kuvuga ururimi rw’iwabo*.