Esiteri 2:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Morudekayi arabimenya, aca abibwira umwamikazi Esiteri, Esiteri na we abibwira umwami mw’izina rya Morudekayi*.
22 Morudekayi arabimenya, aca abibwira umwamikazi Esiteri, Esiteri na we abibwira umwami mw’izina rya Morudekayi*.