Esiteri 4:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Amuha n’ikete ryanditswemwo rya tegeko ryari ryasohowe i Shushani*+ ryo kubazimanganya. Hataki yategerezwa kuriha Esiteri akamusigurira ivyaryo, kandi akamubwira+ ngo aje gutakambira umwami, amwinginge kugira atabare abo mw’ihanga avamwo.
8 Amuha n’ikete ryanditswemwo rya tegeko ryari ryasohowe i Shushani*+ ryo kubazimanganya. Hataki yategerezwa kuriha Esiteri akamusigurira ivyaryo, kandi akamubwira+ ngo aje gutakambira umwami, amwinginge kugira atabare abo mw’ihanga avamwo.