Esiteri 6:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Umwami aca abaza ati: «Morudekayi yoba yaratewe iteka canke ngo ashimirwe ku bw’ico kintu yakoze?» Abakozi bo ku kirimba* bakorera imbere y’umwami bamwishura bati: «Nta kintu na kimwe yagiriwe.»
3 Umwami aca abaza ati: «Morudekayi yoba yaratewe iteka canke ngo ashimirwe ku bw’ico kintu yakoze?» Abakozi bo ku kirimba* bakorera imbere y’umwami bamwishura bati: «Nta kintu na kimwe yagiriwe.»