-
Esiteri 6:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Iyo mpuzu y’umwami n’iyo farasi bace babiha umwe mu batware b’umwami b’abanyacubahiro, maze wa muntu umwami yipfuza gutera iteka bayimwambike, baheze bamutembereze kuri iyo farasi mu kibanza rusangi c’igisagara. Bagende barasemerera imbere yiwe bati: “Uku ni ko bagirira umuntu umwami yipfuza gutera iteka+.”»
-