Esiteri 6:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Hamani aca atora iyo mpuzu n’iyo farasi, yambika Morudekayi+ maze amutembereza mu kibanza rusangi c’igisagara, agenda arasemerera imbere yiwe ati: «Uku ni ko bagirira umuntu umwami yipfuza gutera iteka.»
11 Hamani aca atora iyo mpuzu n’iyo farasi, yambika Morudekayi+ maze amutembereza mu kibanza rusangi c’igisagara, agenda arasemerera imbere yiwe ati: «Uku ni ko bagirira umuntu umwami yipfuza gutera iteka.»