Esiteri 7:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Umwamikazi Esiteri aca yishura ati: «Nimba ubona ko ndaguhimbara mwami, kandi ukaba ubishimye, nipfuza yuko ukiza ubuzima bwanje. Nshaka kandi kugusaba ngo utabare abo mw’ihanga mvamwo+. Esiteri Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:3 Niwigane, rup. 140-141 Umunara w’Inderetsi,1/1/2012, rup. 26
3 Umwamikazi Esiteri aca yishura ati: «Nimba ubona ko ndaguhimbara mwami, kandi ukaba ubishimye, nipfuza yuko ukiza ubuzima bwanje. Nshaka kandi kugusaba ngo utabare abo mw’ihanga mvamwo+.