Esiteri 7:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nuko umwami araraka, aca ava aho bariko barazimanirwa umuvinyu, aja mu busitani* bw’ikirimba. Hamani na we arahaguruka ngo atakambire umwamikazi Esiteri amusaba ngo ntiyicwe, kuko yabona ko umwami yiyemeje kumuhana. Esiteri Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:7 Niwigane, rup. 141-142 Umunara w’Inderetsi,1/1/2012, rup. 27
7 Nuko umwami araraka, aca ava aho bariko barazimanirwa umuvinyu, aja mu busitani* bw’ikirimba. Hamani na we arahaguruka ngo atakambire umwamikazi Esiteri amusaba ngo ntiyicwe, kuko yabona ko umwami yiyemeje kumuhana.