-
Esiteri 8:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Muri ayo makete, umwami yahaye Abayuda bari mu bisagara vyose bitandukanye uburenganzira bwo kuja hamwe bakirwanira. Bahawe n’uburenganzira bwo kuzimanganya, kwica no guhonya ingabo zose z’umugwi kanaka w’abantu canke intara kanaka zobatera, harimwo n’abagore n’abana, bakigarurira n’ibintu vyabo+.
-