Esiteri 8:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mu ntara zose no mu bisagara vyose, ahantu hose ivyo umwami yategetse vyashitse, Abayuda baranezerewe, barigina, bitereka inzimano bagira n’imisi mikuru. Abantu benshi bo muri ico gihugu bari basigaye biyita Abayuda kubera ukubatinya+. Esiteri Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:17 Umunara w’Inderetsi,1/3/2006, rup. 11
17 Mu ntara zose no mu bisagara vyose, ahantu hose ivyo umwami yategetse vyashitse, Abayuda baranezerewe, barigina, bitereka inzimano bagira n’imisi mikuru. Abantu benshi bo muri ico gihugu bari basigaye biyita Abayuda kubera ukubatinya+.