Esiteri 9:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Abayuda baragiye hamwe mu bisagara babamwo mu ntara zose umwami Ahasuwerusi+ yatwara, kugira bivune abarondera kubagirira nabi. Nta muntu n’umwe yashoboye kubahangara kuko abantu bose bari basigaye babatinya+.
2 Abayuda baragiye hamwe mu bisagara babamwo mu ntara zose umwami Ahasuwerusi+ yatwara, kugira bivune abarondera kubagirira nabi. Nta muntu n’umwe yashoboye kubahangara kuko abantu bose bari basigaye babatinya+.