Esiteri 9:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abo bari abahungu cumi ba Hamani mwene Hamedata, wa mwansi w’Abayuda+. Mugabo bamaze kubica bose, nta na kimwe babasahuye+. Esiteri Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:10 Umunara w’Inderetsi,1/3/2006, rup. 11
10 Abo bari abahungu cumi ba Hamani mwene Hamedata, wa mwansi w’Abayuda+. Mugabo bamaze kubica bose, nta na kimwe babasahuye+.