12 Maze umwami abwira umwamikazi Esiteri ati: «Ku kirimba i Shushani Abayuda bishe abagabo 500 na ba bahungu cumi ba Hamani, barabahonya. Mu zindi ntara ntwara vyagenze gute+? Ubu na ho wipfuza iki? Vuga, uragihabwa. Hari ikindi ushaka gusaba? Kivuge ndakiguha.»