Esiteri 9:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Abayuda bari i Shushani* bongera kuja hamwe ku musi ugira 14 w’ukwezi kwa Adari+, bica abagabo 300 i Shushani mugabo nta na kimwe babasahuye. Esiteri Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:15 Umunara w’Inderetsi,1/3/2006, rup. 11
15 Abayuda bari i Shushani* bongera kuja hamwe ku musi ugira 14 w’ukwezi kwa Adari+, bica abagabo 300 i Shushani mugabo nta na kimwe babasahuye.