Esiteri 9:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Abandi Bayuda bari mu ntara zose umwami atwara na bo nyene baragiye hamwe barirwanira+. Barikuyeko abansi babo+, bica 75.000 muri bo, mugabo nta na kimwe babasahuye. Esiteri Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:16 Umunara w’Inderetsi,1/3/2006, rup. 11
16 Abandi Bayuda bari mu ntara zose umwami atwara na bo nyene baragiye hamwe barirwanira+. Barikuyeko abansi babo+, bica 75.000 muri bo, mugabo nta na kimwe babasahuye.