Esiteri 9:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Abayuda bari i Shushani* bagiye hamwe ku musi ugira 13+ n’uwugira 14+, baruhuka ku musi ugira 15, baca bawugira umusi w’inzimano no kunezerwa.
18 Abayuda bari i Shushani* bagiye hamwe ku musi ugira 13+ n’uwugira 14+, baruhuka ku musi ugira 15, baca bawugira umusi w’inzimano no kunezerwa.