Esiteri 9:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Mugabo Abayuda bo mu bisagara vyo hagati mu gihugu mu ntara za kure, umusi ugira 14 w’ukwezi kwa Adari ni wo bagize umusi wo kunezerwa n’uw’inzimano, bawugira umusi mukuru+, umusi wo kugemuriranira ivyo kurya+.
19 Mugabo Abayuda bo mu bisagara vyo hagati mu gihugu mu ntara za kure, umusi ugira 14 w’ukwezi kwa Adari ni wo bagize umusi wo kunezerwa n’uw’inzimano, bawugira umusi mukuru+, umusi wo kugemuriranira ivyo kurya+.