Esiteri 9:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Mugabo aho Esiteri aziye imbere y’umwami, umwami yaciye asohora itegeko ryanditse+ ati: «Umugambi wiwe wo kugirira nabi Abayuda+ nugaruke ku gatwe kiwe.» Nuko we n’abahungu biwe babamanika ku giti+.
25 Mugabo aho Esiteri aziye imbere y’umwami, umwami yaciye asohora itegeko ryanditse+ ati: «Umugambi wiwe wo kugirira nabi Abayuda+ nugaruke ku gatwe kiwe.» Nuko we n’abahungu biwe babamanika ku giti+.