Esiteri 9:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Abayuda baciye biyemeza ko buri mwaka, bo n’ababakomokako n’abo bose bazokwifatanya na bo+, batazokwigera bareka guhimbaza iyo misi ibiri kuri ayo matariki yashinzwe no gukurikiza ivyanditswe ku bijanye na yo.
27 Abayuda baciye biyemeza ko buri mwaka, bo n’ababakomokako n’abo bose bazokwifatanya na bo+, batazokwigera bareka guhimbaza iyo misi ibiri kuri ayo matariki yashinzwe no gukurikiza ivyanditswe ku bijanye na yo.