-
Esiteri 9:29Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
29 Nuko umwamikazi Esiteri na wa Muyuda Morudekayi bakoresha ububasha bwose bafise, bandika ikete rigira kabiri rijanye na Purimu kugira bavyemeze. Esiteri yari umukobwa wa Abihayili.
-