Esiteri 10:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Uwo Muyuda Morudekayi yagira kabiri ku mwami Ahasuwerusi. Yari umuntu ahambaye* mu Bayuda kandi benewabo bose uko ari isinzi baramwubaha. Yaharanira ineza y’abo mw’ihanga iwabo, akarondera n’ineza y’ababakomotseko* bose.
3 Uwo Muyuda Morudekayi yagira kabiri ku mwami Ahasuwerusi. Yari umuntu ahambaye* mu Bayuda kandi benewabo bose uko ari isinzi baramwubaha. Yaharanira ineza y’abo mw’ihanga iwabo, akarondera n’ineza y’ababakomotseko* bose.