Yobu 1:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ntiwamukikuje uruzitiro+, ukarukikuza n’inzu yiwe n’ivyo afise vyose? Warahezagiye ivyo akora vyose+, kandi ibitungwa vyiwe vyuzuye igihugu cose. Yobu Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:10 Urashobora Kubaho, rup. 107-108
10 Ntiwamukikuje uruzitiro+, ukarukikuza n’inzu yiwe n’ivyo afise vyose? Warahezagiye ivyo akora vyose+, kandi ibitungwa vyiwe vyuzuye igihugu cose.